Indinganizo y’imishahara n’ikoreshwa nabi ry’amafaranga ya leta navyo bituma igihugu kidatera imbere.
🇧🇮 Haraciye igihe hibonekeza igenda ry’abaganga b’abarundi mu mahanga ivyo bigaca bituma haba ubukene bw’aganga ngaha mu Burundi. Ni muri iyo mvo Parcem Burundi yasohoye umwihwezo wayo kuri ico kibazo. Icambere mu gisata kijanye n’amagara y’abantu ikintu cangombwa nuko habaho ikorwa neza ry’akazi ko kuvura aban’igihugu hanyuma hakabaho kandi n’itunganywa neza ry’igisata kijanye nivyo kuvuzanya […]