Umutumiro w’amasengesho yo gusengera igihugu c’Uburundi 22-26/01/2024

UMUTUMIRO W’AMASENGESHO YO GUSENGERA UBURUNDI N’ABARUNDIUmwami n’Umukiza wacu Yesu Kristo n’ashimwe cane! Ihanga ryose twahamagariwe amasengesho y’iminsi 5 yo kuva kuw’IJURU bita kuwa mbere igenekerezo rya 22 gushika kuw’ABANTU bita kuwa gatanu igenekerezo rya 26 z’uku kwezi n’uyu mwaka nyene.Aya masengesho muyatumirire abantu bose, ababanyi, aboroshe n’abahambaye n’abari mu mashengero n’amadini atandukanye twese, twihane twezwe […]