Ubuhanuzi buhambaye ku gihugu c’Uburundi ngubwo burashitse
IMBURI N’UBUHANUZI: Evelyne NTUNZENIMANA BATAZIRA MUSUMARI ASUBIRIYE KWEREKWA IBINTU BIHAMBAYE KU BURUNDI: ISEZERANO RIRASHITSE. Evelyne NTUNZWENIMANA yeretswe ingene amasezerano ku gihugu c’Uburundi agire ashike, ibigiye kuba vyose n’ingene vyose bizokurikirana. Biteye ubgoba.Uyo Evelyne Ntunzwenima ni umukenyezi w’umurundikazi yavukiye mu gihugu c’Uburundi, mu ntara ya Gitega muri Komone Mutaho. Yavutse kw’igenekerezo 5 z’ukwezi kawa kane (Ndamukiza) […]