Rwanda: ibintu bidasanzwe vyashitse aho abakinyi bakubiswe n’inkuba.
Rwanda : Abakinyi ba bigeme ba ekipe ya Rambura WFC bakubiswe ninkuba murukino bariko bakina Bamwe mu bakinnyi b’ikipe ya Rambura WFC bari mu Bitaro aho bita muri @gicumbidistrict nyuma y’uko bakubiswe n’inkuba ubwo bari mu mu rukino bakina na ekipe yitwa Inyemera WFC.Nta n’umwe witabye Imana, gusa harimo abakomeretse bariko barabavura