Mwari muzi yuko umuduhe w’ibiraya biboze ugarika umuntu.
Mu Burundi hagize iminsi havugwa abantu bicana hakoreshejwe uburozi, isumu, amangetengete n’ibindi gushika n’aho sentare y’igihugu yagiriza uwahoze ari umushikiranganji wa mbere gushaka kwica umukuru w’igihugu akoresheje amangetengete. Bikaba vyari bisanzwe binugwanugwa yuko Président Petero Nkurunziza yicishijwe isumu. Hari n’abandi benshi mu ba généraux n’abandi bategetsi tuzi barusimvye! Abarundi bariyambitse ibara no mu makungu. Harageze […]