Umutima w Umwami Dawidi war’umeze gute?
UMUTIMA WA DAWIDI « Maz’ umwami Dawidi arinjira, yicara imbere y’Uhoraho, aravuga, ati Mwami Uhoraho, mbega jewe n’inda n’indesho, n’inzu yanje, nar’ iki, kubona wagiye unzigama gushitsa n’ubu?2 Samweli 7:18″ Aha n’igihe umuvugishwa Natani yabwiye Dawidi ko Uhoraho azokomeza ingoma yiwe ibihe vyose.Ariko kandi Dawidi yari yipfuje kwubakira ingoro Uhoraho,nawe amubwira ko izokwubakwa n’umwana wiwe. Dawidi […]