Abategetsi b’igihugu c’Uburundi bahisemwo kubesha kugira ngo bahumurize abenegihugu aho gutuma bihorera
Vyose vyatanguriye mu kigege c’igihugu aho ubugenduzi bg’ikigega mpuzamakungu bgagirine umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye kuba ariwe yasahuye amafaranga mvamakungu y’igihugu. Ukwagiriza ico caha rikaba ryakurikiye ihindurwa ry’inoti z’igihugu c’Uburundi. Yagirijwe ubgo busuma, hakurikiye ipfungwa ry’umukuru w’ico kigega c’igihugu. Inyuma y’ibura ry’amafaranga y’agaciro n’amafaranga mu gihugu, ntihabujije yuko Abarundi baguma babona ingendo zitwara uburyo bginshi […]