Ibiriko biraba mu gihugu c’Uburundi ni ibiki? Ni bande bakwiriye gusengera igihugu?
«Abarundi twese dusenge cane twirukane idayimoni ibuza iterambere ry’uburundi kuko iyo habonetse akantu kose kotuma dutera imbere, haca haza izindi nguvu ntazi zica zibuza (…) iyo poroje ica ipfa, igaca ihagarara . Nkubu ntimubona ko turiko twirukanga ngo Nickel dutangure exploitation yayo, umuyagankuba Rusumo Falls ntiwaje? Harya muzoza mubona izindi nguvu zivuze ziti stop ntahomuja! […]