Iyiza kurisha ihera ku nama, ni igihe co gusengera Uburundi.
Abategetsi b’ubu bigenza nka « Société Civile » canke « Opposition Politique » ntibazi ico bajejwe. Ils dénoncent l’injustice sociale et les détournements kandi aribo nyenye n’imiryango yabo babikora kugira ngo bahume amaso Abarundi. – Nyakwigendera Jérôme Ndiho yavuga yuko turwanya igisoda c’ubgoko bumwe, yari imvugo « Langage politique acceptable » mugabo muvy’ukuri twarwanya akarenganyo «L’injustice sociale » None itandukaniro hagati y’intwaro […]