Amasezerano y’Ihanga ry’Abarundi: ivyiza 15.
AMASEZERANO IMANA YAHAYE IGIHUGU C’UBURUNDI Abarundi ni Ihanga Ryera ryatoranijwe n’Uhoraho Imana rihabga isezerano ry’intahava. Aya masezerano y’Uburundi yanditse muri Bibiliya Yera nk’uko umuhanuzi Yesaya yabihishuriwe muri [YESAYA 19:18-25] mu mwaka wa 700 imbere y’uko Umwami n’Umukiza wacu Yesu Kristo avuka. Ubundi buvugishwa n’ubuhanuzi bwa mbere ku gihugu c’Uburundi bgavuzwe mu mwaka wa 1935, umwaka […]