Nti murwe mu mosha y’abatinya amasengesho bagasenga uruheyiheyi.
URAHAMAGARIRWA GUSENGA AYA MASENGESHO NTURWE MU MOSHA“Gusenga ngo ntimurwe mu mosha” ni ijambo Umwami n’Umukiza wacu Yesu Kristo yabariye abigishwa biwe igihe yariko arasengana umubabaro kuko igihe ciwe co kubabazwa cari cimirije [MATAYO 26:41-42]Nk’uko mwabibonye, Ijuru ryatumiriye Abarundi bose guca bugufi bakihana kugira ngo basengere igihugu n’ishengero ry’Imana kugira ngo Uhoraho atabare nk’uko yabisezeranye. Hatanzwe […]