Muratumiwe mu masengesho y’iminsi itanu yo kubohoza amasezerano y’igihugu c’Uburundi
UMUTUMIRO W’AMASENGESHO YO KWITANGA KU BARUNDI BOSE BARI MU GIHUGU N’ABARI MU MAHANGA. Umurundi ahari hose aratumiriw mu amasengesho yo kwiyeza, kwinginga Uhoraho Imana no kuyishima mukwifatanya n’Ihanga Ryera azomara iminsi itanu.Ayo masengesho yo kwisonzesha tutarya kandi tutanywa kubabishoboye, no kwiyiriza ku bandi; azotangura igenekerezo rya 25 arangire kurya 29 uku kwezi kw’indwi mur’uyu mwaka […]