Ntubabazwe n’abagusuzugura

IMANA IRASHOBORA KUKWUBAHISHA AHO WASUZUGURIWE. « Yamar’ amaherezo, igitigiri c’Abisirayeli kizongana nk’umusenyi wo ku kiyaga, udashobora kugerwa ku ngero canke guharurika. Kand’ ahantu babgiriwe, ngo Ntimur’ abantu banje, ni ho nyene bazobgirirwa, ngo Mur’ abana b’Imana nzima.Hoseya 1:10″. Akeshi aho umuntu yababariye ninaho Imana imwubahisha.Dusomye ngo kandi aho mwabwiriwe ngo ntimur’abantu banje,niho muzobwirirwa ngo muri abana […]