Imanza zimaze imyaka 52 barazivyuye mu Burundi.
🔴Umushikirizamanza kizigenza wa Repubulika y’Uburundi asaba isamburwa n’ifutwa ry’imanza zaciwe na sentare ya gisirikare yashashe muri Rusama 1972 Nk’uko vyashikirijwe na Sylvestre Nyandwi asanzwe ari umushikirizamanza kizigenza wa Repubulika y’Uburundi, mu ntahe yashashe muri sentare ntahinyuzwa (Cour suprême) kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 24 Rusama 2023, yasavye isamburwa n’ifutwa ry’imanza zaciwe na sentare ya […]