Ibihuha bivanze n’ukuri biragisibije mu Burundi

Ibihangange Batanguye ari batandatu, hasigaye babiri gusa. Ni nde azokurikira ? Aho CNDD-FDD yashikira ubutegetsi muri 2005, ubutegetsi bwari mu minwe y’abagabo batandatu. Niko hariho inzego z’igihugu zitwa ko zifata ingingo, ariko abategeka vy’ukuri bari Petero Nkurunziza, Hussein Radjabu, Général Adolphe Nshimirimana, Général Alain Guillaume Bunyoni, Général Evariste Ndayishimiye na Général Silas Ntigurirwa. Inyuma y’imyaka […]