Ahabuze amategeko umwe wese yikorera ivyo yishakiye

Ngozi : Abantu 3 bo mu muryango umwe barapfunzwe kuva mu gitondo co kuri uyu wa 4. Bagirizwa kurandura umurima w’abo w’umuceri mu mwonga Nyakijima muri komine Ngozi. Musitanteri w’iyo komine avuga ko bari barahawe ikiringo co kuwubagara, ariko ko batacubahirije. Joseph Martin Bucumi amenyesha ko umurima wabo waciye uhabwa koperative Sangwe. Bene umurima bo […]