Kwubaha, gukunda no gufasha abavyeyi ni umuco wononekaye mu gihugu cacu
Hari umuvyeyi yaraye akomerekejwe n’umuhungu wiwe amujemye agafuni mu mutwe. Mu ntara ya Rumonge Vyabereye ku mutumba #Rukinga mu gacimbiri ka #Nyakara mu gisagara ca Rumonge, mw’ ijoro ry’ uwu w’ Imana rishira uwa mbere. umugabo ya. MBONIHANKUYE Hassani ngo yari yaborewe, ngo bikaba vyaturutse ku matati ya be n’umukenyezi wiwe. Amakuru ava aho kuri […]