Umuvyeyi yaturiye umwana wiwe ku 2000Fbu.

Kayanza: Kubera amafaranga 2000 y’amarundi yaraturiye umwana wiwe Ni umugabo w’imyaka 38 wo ku mutumba #Mwendo muri komine n’intara ya Kayanza yaturiye umwana wiwe w’umwigeme w’imyaka 11 kuwa 04 ndamukiza uno mwaka amuhora ngo yamwivye amafaranga 2000. Ayo makuru atangwa n’ababanyi akemezwa n’igiporisi hamwe n’abajejwe intwaro aho mu Kayanza avuga kuva kw’iryo genekerezo uwo mwana […]