Imbogo yihaye inkumbi kuko zaravuye mu ruhongore rwazo

Kigamba: Umuntu umwe yishwe n’ imbogo. Umugabo umwe yarapfuye kuri uwu wa kane. Vyabereye ku mutumba Mashiga. Ni muri komine Kigamba, intara ya Cankuzo kur’uwu wa kane igenekerezo rya 6 ndamukiza umwaka w’2023. Amakuru ava aho i Kigamba akanemezwa na Anitha_Nibogora, musitanteri arongoye iyo komine, avuga ko abanyagihugu bariko barakurikirana imbogo yasohotse iva mu ruhongore […]