Ubuhanuzi 20 bga BEBA Gedeon bariko burigwa ingingo imwe ku yindi.
IHANGA RYERA RY’IMANA UBUHANUZI 20 BGA BEBA GIDIYONI KU BURUNDIUmuhanuzi BEBA Guidiyoni yari umurundi avuka mu ntara ya Makamaba akaba yari yarahungiye mu gihugu ca Tanzaniya kubera intambara yabaye mu gihugu c’Uburundi mu mwaka wa 1972. Yasengera mw’Ishengero rya Pantecote i GATUMBA muri Tanzaniya mugabo akagenda arashikiriza ubuhanuzi Uhoraho Imana yahora imubgira cane cane aburire […]