Musengere ico mwasezeraniwe kandi muzimurure abazimiye barwanya izina rya Yesu Kristo Uhoraho.

MUSENGERE AMASEZERANO TWAHAWE KANDI MUZIMURURE ABAZIMIYE BARWANYA IZINA RYA YESU KRISTO UHORAHO KANDI BARYINYEGEJEMWO Hariho abantu mu Burundi bakubagurwa n’impwemu zihumanye. Kandi ntizitinya kwiyitirira izina ryiza ry’Uhoraho mugabo zikazira mbere zikaziririza mu kurwanya zivuye inyuma izina riruta ayandi mazina yose. Izina rya YESU KRISTO atarindi zina ryo gukirizwamwo [Abaroma 10:13], Izina indimi zose zitegerezwa kwatura […]