Rumonge: Muhimpundu Lambert yahora yiyita umwami yahagaritswe n’inyamiramabi.

Uwo yiyita Umwami ni Muhimpundu Lambert akaba yafashwe mw’ijoro ryo kuri uwu wa kabiri rishira uwa gatatu, ku mutumba #Karonke zone #Minago komine n’intara ya #Rumonge. Ivyo bikaba vyabye inyuma yaho kuri uwu w’Imana Lambert yari yimitswe n’abayoboke biwe kugira ababere Umwami Muhimpundu Lambert ntabwo yafashwe wenyene, yafatanywe n’Abayoboke biwe 19 bariko barasenga. Muri abo, […]