Kaze mwese mw’Ihanga Ryera ry’Imana mwakire ivyasezeranywe

KAZE MWESE MW’IHANGA RYERA RY’IMANA MUNEZERERERWE IVYASEZERANYWE Ihana Ryera ry’Imana ni Abera, abatoranijwe bahawe Isezerano ry’intahava. Ni Ishengero rya Yesu Kristo ritegura umugeni.Ntimuhendwe n’inyigisho z’ibihendabaja: zigizwe n’amajambo meza menshi mugabo atagira ubugingo.Bakoresha amajwi y’amacurano, bakayabongeka kugira ngo bagukwegeshe akarimi mugabo batagushikana ku gakiza gashitse.Ntugakurikire umwana w’umuntu, inyigisho ziwe canke ubuhanuzi bgiwe, kurikira ijambo rya Yesu […]