Uwataye urutonde rw’Imana ni yihane, yezwe maze agaruke ku Mana.

UKWIBUTSA ABERA BOSE KWAMA BICISHA BUGUFI NO KUGIRA UBURWANEZA KUGIRA NGO BABE AMATARA N’UMUNYU W’ISI. Murazi yuko itara iyo ricanye ritanyegeza umuco waryo kandi n’umunyu uryosha ibifungurwa. Niko umu-Kristo wese akwiriye kumera mu kugira uguca bugufi n’uburwaneza kugira ngo bikunde yereke urukundo abantu bose, ababi n’abeza. Ico nico twama turiko duharanira mw’Ihanga Ryera ry’Imana kugira […]