Imburi n’ubuhanuzi: Umuntu wese yisuzume ico apfa n’Imana.

IMBURI N’UBUHANUZI: UMUKRISTO WESE ARI MUNSI Y’IZUBA NA CANE CANE UWO MW’ISHENGERO RYA YESU KRISTO ARIRYO HANGA RYERA RY’IMANA YISUZUME ICO APFA N’IMANA YIYEZE. Satani kuva akororewe hasi kw’isi kubera umugararizo wo kwishira hejuru ngo yinganishe n’Imana, yaciye akoresha ibinyoma kugira ngo asuke abantu abatandukanye n’Imana. Yigira umumarayika w’umuco, akigira umunyavgenge burengeye ibintu vyose akavuga […]