Wibuke kwisengera no gusengera abakozi b’Imana.
UMUKRISTO WESE AKWIRIYE KWIYUBARA MURI IBI BIHE NTAJANE NYABAHURURU MUVYO YUMVA. Aho twariko turasenga, dusengera umurimo w’Uhoraho Imana, dusengera abakozi n’abera bose; Uhoraho Imana yururutse avugana natwe kandi atwereka ibintu bihambaye. Naciye mbona umuntu afata akantu arakayoza amavuta agomba atangure kuyasiga mu ruhamba umurongozi w’Ihanga Ryera Ry’Imana naciye numva ijwi rituragara rivuye mw’ijuru rivuga ngo […]