Ivyo umusomyi yashikirije ku mwungere Alphonse Niyonzima
Yesu nashimwe cane mutama. Hano turamahoro. Namwe turizera ko murimpore. Namye ndaba kuri Facebook mbonaho mwacishijeho Itangazo ryabaciwe. Kweli vyampaye ishure rikomeye. Urabona ishengero rigizwe nihanga ryose, abantu ntibabifate ibisanzwe, ngo bacebagomba gutamba tambiramwo, baba abakozi b Imana barimwo mugabo bisanzwe barino muyandi mashengero barongoye, kweli nukugerageza bakitonda bakajana n urutonde gw Imana.Igitumye mvuga ibi, […]