Wame wibuka kuririmba ishimwe ry’Uhoraho muri vyose.

WAME WIBUKA KURIRIMBA UBGIZA BG’UHORAHO IMANA MURI VYOSE. Kenshi na kenshi iyo turavye hirya no hino tubona ibibi gusa. Uriko urumviriza amakuru y’irya nino canke usoma amakuru atandukanye, ni ibibi gusa bivurya irya n’ino. Ariko muri vyose wamane amashimwe.Abavugabutumwa batandukanye n’abahanuzi bo hirya no hino bose bavuga ibibi bigiye gushika ahantu hose kw’isi. Ariko wese […]