Uburundi ntibuzohora ari iciro ry’umugani mu gusesa amaraso

Uburundi ntibuzokwama ari iciro ry’umugani aho uyu munsi umuntu afatwa n’ubutegetsi ari mu minwe y’inyamiramabi, bukeye bakamutora ikiziga aboshwe, yambuwe ubusa, yakubiswe kandi yakerewe. Ivyo bavyita gusesa amaraso. Hamwe boba ari inkozi z’ikibi zagomvye gushora igihugu cacu mu ntambara ubgo bgicanyi bgitwa ivyaha vyo mu ntambara abo baba bakoze ivyo vyaha bagahanwa. Uburundi ntibuzokwama bufise […]