Ibinogo rusangi batayemwo abantu bishwe bahowe uko bavutse I Burundi

Ibinogo 3 vyafuruwe. Basanzemwo abantu bashika 2700. Ikinogo kimwe cari kinini caaane. Bagikuyemwo impuzu nyinshi. Amashapule. Karangamuntu zisomeka nabi. Imishipi y’abigeme. Ibisigarira vy’amasasu. Hariho umukenyezi azwi nk’umukristo aba muri Leta zunze ubumwe za Amerika, yasomye igitabo canditswe na Dr Rukundo Levi citwa “ Uburundi bgafashwe n’umutego w’ububeshi, irementanya n’ibitenga vy’amaraso” ico gitabo kiri mu rurimi […]