Urutonde rw'amasengesho y'Ihanga ry'Imana y'iy'indwi
URUTONDE RW’AMASENGESHO Y’INDWI YO KUVA KU 27/1- 4/2/2020 Ihanga Ryera ry’Imana ni Ishengero rya Yesu Kristo, Mu gihugu cacu c’Uburundi ryitwa: ISHENGERO RYA YESU KRISTO- IHANGA RY’IMANA. Rifise ibicaniro birenga 50 mu ntara zose z’igihugu c’Uburundi no mu bindi bihugu vya Afrika, Canada, Amerika, Australia, Ubulaya na Aziya. Ivyo bicaniro vy’Ihanga Ryera vyose nta kindi […]