“Ikanguro ry’indirimbo nsha y’abatoranijwe” Dr Levi Rukundo.
RABA ICO IMANA YAVUZE NTUHAGARARE KUVYO UBONESHA AMASO ( HARI INDIRIMBO NSHA) Mu Kirundi ivugurugwa, umuvyuro n’ikanguro ni amajambo abantu benshi batamenyereye kandi afise ivyitiranwa. Uvuze impemburo, kuvyura, umuvyutso, kugira muzima, gusubuzamwo intege, gukanguka canke ayandi majambo yerekeza ku bintu vy’imfungugwa bitanga intege uba uriko uravuga ikanguro. Nico kuwe no gukora ikintu gituma umuntu aboneka […]