ABARUNDI TUGIYE GUTWARA INDIRIMBO NSHA Y’ABATORANIJWE KW’ISI YOSE.
Mu Kirundi ivugurugwa, umuvyuro n’ikanguro ni amajambo abantu benshi batamenyereye kandi afise ivyitiranwa. Uvuze impemburo, kuvyura, umuvyutso, kugira muzima, gusubuzamwo intege, gukanguka canke ayandi majambo yerekeza ku bintu vy’imfungugwa bitanga intege uba uriko uravuga ikanguro. Nico kuwe no gukora ikintu gituma umuntu aboneka yuko yagizwe muzima, akanura, atahura kandi afise ishaka ryo gutungana, kugororoka no […]