Umutumiro w'amasengesho y'Ihanga Ry'Imana

UMUTUMIRO W’AMASENGESHO YO KUVA 20-27/1/2020Ihanga Ryera ry’Imana ni Ishengero rya Yesu Kristo, rishinze imizi mu ntara zose z’igihugu c’Uburundi no mu bindi bihugu vya Afrika, Canada, Amerika, Australia, Ubulaya na Aziya. Rifise ibicaniro vy’Ihanga Ryera atakindi bikora atari ugusengera amasezerano Uhoraho Imana yahaye igihugu c’Uburundi yamenyekanye biciye mu buvugishwa butandukanye. Abasenzi b’Ihanga ry’Imana baguma basengera […]