Simbagiye Pierre ari mubo Uhoraho Imana yitoranirije ngo batware Ikanguro mu gihugu c’Uburundi no kw’isi yose
Umutama Simbagiye Pierre ari mu bakera b’Ihanga Ryera ry’Imana- Ishengero rya Yesu Kristo, inyegu y’Imana bariko barakora imirimo ya Data kuva mu myaka ya 90 ngaha mugihugu c’Uburundi. Uyu mutama ni inararibonye muri uru rugendo ruja mw’ijuru kandi yaragiriwe ubuntu bgo kwerekwa ivyerekeye Isezerano Uhoraho yahaye igihugu c’Uburundi kandi yarashoboye gushinga ibicaniro vyinshi mu gihugu […]