UMUTUMIRO W'AMASENGESH Y'IY'INDWI.
UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Y’IYI NDWI YO KUWA 16-22/12/2019 Ihanga Ryera ry’Imana ni Ishengero rya Yesu Kristo rifise ibicaniro vy’amasengesho birenga 50 hirya no hino mu gihugu cacu c’Uburundi no mu bindi bihugu biri kw’isi muri AFRIKA, AZIYA, UBULAYA, AMERIKA na KANADA. Ivyo bicaniro bimaze imyaka myinshi bisengera igihugu c’Uburundi n’imitwaro y’Abarundi kandi biteramiye Isezerano Uhoraho Imana […]