Umuntu yiyita Dr Katikati Armand Moshe nawe yiyimitse ngo ni Umwami w’Uburundi
Inyuma ya Muhimpundu Lambert yahora aba mu gihugu ca Uganda akiyimika ngo ni Umwami w’Uburundi akaniyita Muyimpundu Yoshuwa akahava anataha mu gihugu mu mpisho ngo agiye gutanguranwa na Nyenicubahiro Petero Nkurunziza , habonetse uwundi agira umunani yitangaje kwiyimikira ingoma y’Uburundi. Uyo Lambert Muhimpundu yaranzwe no kwifatira mu gahanga umukuru w’igihugu n’abamufasha, amadini n’amashengero yose eka […]