INYIFATO 10 UMURUNDI YOGIRA MU BIHE BIGOYE
INYIFATO 10 UMURUNDI WESE YOGIRA MU BIHE BIGOYE “Yewe mushibamyi ubona ijoro rigeze hehe? Bugira buce kandi bgongere bgire: ni mwagomba kubaza mubazemuhindukire muze.” [Zaburi 21:11-12] Muri iyi myaka tumaze dusengera igihugu c’Uburundi n’imitwaro y’Abarundi, Uhoraho Imana yaratwihishuriye yuko yaduhaye isezerano ry’intahava twebge Ihanga ry’Abarundi. Yatugize Ihanga Ryera, inyegu yiwe asezerana kudukureko ivyago vy’intambara, amacakubiri, […]