Umutumiro w’amasengesho yo gusengera Uburundi n’Abarundi.

UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Y’IY’INDWI KUVA KUWA 9 GUSHIKA 16-2019 Ihanga Ryera ry’Imana ni Ishengero rya Yesu Kristo. Rifise ibicaniro vy’amasengesho birenge 50 bimwe biri mu gihugu cacu c’Uburundi, ibindi biri mu ma kungu muri Afrika, Aziya, Ostraliya, Ubulaya, Kanada na Amerika. Ivyo bicaniro bimaze imyaka kandi n’uyu munsi biguma bikurakuranwa mu gusengera igihugu c’Uburundi n’imitwaro y’Abarundi. […]