UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Y’IHANGA RYERA RY’IMANA Y’IY’INDWI 25-30/11/2019

UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Y’IHANGA RYERA RY’IMANA Y’IY’INDWI 25-30/11/2019 Ihanga Ryera ry’Imana ni Ishengero rya Yesu Kristo rifise ibicaniro birenga 50 biri mu ntara zose z’igihugu cacu c’Uburundi n’ibindi biri mu bihugu duhana imbibe, muri Afrika, Aziya, Australiya, Ubulayi, Amerika na Kanada. Ivyo bicaniro vyose murakurakuranwa iminsi yose mu gusenga gufatanije no kwinginga dusengera igihugu cacu c’Uburundi […]