Abasirikare b’Urwanda bateye i Mabayi mu ntara ya Cibitoke ntibasubiye inyuma impore.

Imigenderanire y’Urwanda n’Uburundi ntitosekaye uyu munsi kandi si nkugukubita urugohe ica itosogwa. Abasirikare ba Generali Paul Kagame baratojwe kwanka Abarundi kandi nawe nyene aranavyitegurira mu kugira umukuru w’ingabo ziwe Général Major Jean Bosco Kazura, umunyarwanda yakuriye mu ntara ya Cibitoke mu Rugombo, akaja kwiga kuri Saint Albert na Kaminuza y’Uburundi mu congereza akaba anamenyereye igisagara […]