Umutumiro w’amasengesho y’Ihanga Ryera ry’Imanaw’iy’indwi
UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Y’IHANGA RY’IMANA Y’IY’INDWI 11-17/11/2019 Nkuko Uhoraho Imana yabidudetetse, ibicaniro vy’Ihanga Ryera ry’Imana vyose uko birenga 50 vyama bikurakuranwa mu gusenga iminsi yose igize indwi. Tuba turiko turasengera igihugu cacu c’Uburundi n’imitwaro itandukanye y’Abarundi abari mu gihugu canke abari mu mahanga. Intara zose z’igihugu cacu zifise ibicaniro vy’Ihanga, co kimwe n’ibihugu biri hafi n’ibiri […]