IBIKOGWA 12 VY’IKANGURO
IVUGURUGWA, UMUVYURO N’IKANGURO: IBIKOGWA 12 VY’IKANGURO Hariho abumva havugwa umuvyuro n’ikanguro mu Burundi, bakumva havugwa yuko Abarundi bazotwara ikanguro mu mahanga, bakibonera kwurira indege no kuja kuvuga ubutumwa mu bihugu biteye imbere maze bakagaruka bazanye ibigiracumi, amashikanwa n’imfashanyo zitandukanye gusa. Barakwirire gutahura ibikogwa vy’ikanguro ivyo arivyo. Muri Bibiliya Yera turasangamwo uturorero twinshi tw’ibikogwa vyerekana ababaye […]