UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Y’IHANGA RYERA RY’IMANA W’IY’INDWI 28/10 GUSHIKA 02/11/2019

UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Y’IHANGA RYERA RY’IMANA W’IY’INDWI 28/10 GUSHIKA 02/11/2019 Ihanga Ryera ry’Imana si idini, umugambwe canke umuhari ni ishengero rya Yesu Kristo rifise ibicaniro birenga 50 biri mu gihugu cacu c’Uburundi no mu mahanga. Abari ku bicaniro basenga ijoro n’umurango basengera igihugu c’Uburundi n’imitwaro y’Abarundi bose. Basengera abakuru n’abato, abafise ivyiyumviro bitandukanye, amoko n’imiryango itandukanye, […]