Burundi:Intambara canke kuroha abana b’UBurundi kurisongoye!
Nkuko bivugwa uwurongoye Red- Tabara ari nawe arongoye umugambwe MSD ariwe Alexis Sinduhije acumbitse mu gihugu c’Ububiligi. Vyoba vyiza umwe wese imbere yuko akora ikintu abanje kurimbura ingaruka zaco kuko abo bana musuka mu rupfu ejo muzobabazwa. Kuva mu kwezi kw’icumi gushika mu kwezi kw’icumi na kabiri hama hariho impwemu y’ubwicanyi iguma itambatamba hejuru y’igihugu […]