Umutumiro w’amasengesho yo gusengera igihugu n’imitwaro y’indwi 14 gushika 21/10- 2019
UMUTUMIRO W’AMASENGESHO W’IY’INDWI KUVA14 GUSHIKA 21-10/2019. Ihanga Ryera ry’Imana rifise umuhamagaro wo gushikira Abarundi bose aho bari hose rikoresheje uburyo bgose bushoboka kugira nga ribamenyeshe ico Uhoraho Imana abagombako muri ibi bihe. Ibicaniro vy’Ihanga ry’Imana birenga 50 ibiri mu gihugu n’ibiri mu mahanga, vyose birakurakuranwa ijoro n’umurango kandi iminsi yose bisengera igihugu c’Uburundi n’Abarundi bose. […]