Umutumiro w’Amasengesho y’Ihanga Ryera ry’Imana wo gusengera igihugu c’Uburundi n’Imitwaro y’Abarundi
UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Y’IHNGA RYERA W’IY’INDWI 7/10-14/10/2019 “Ihanga Ryera ry’Imana rifise ibicaniro vy’amasengesho birenga 50 mu gihugu cacu c’Uburundi no mu bihugu bitandukanye vyo MU makungu -Afrika, Amerika, Kanada, Uburayi na Aziya- vyama bikurakuranwa iminsi yose mu gusengera igihugu cacu n’imitwaro itandukanye y’Abarundi, nkuko Uhoraho Imana yabidutegetse.” URUFATIRO -«Uhoraho Imana aha ivyagezwe ubwoko yitoranirije ngo bubigendere […]