Ukwizera kutagira ibikogwa kuba gupfuye: Mwirinde abiyitirira Ihanga Ryera, bakavuga isezerano kandi bakigisha ibinyoma.

Yakobo 2:26 “Nk’uk’umubiri utarimw’impwemu uba upfuye nik’ukeizera kutagira ibikogwa kumera, kuba gupfuye.”Uwo mw’Ihanga Ryera ry’Imana wese ategerezwa kurangwa n’ibikogwa: Gusenga, kuvuga ubutumwa, kugarukira ku bagwaye, abapfunzwe n’abandi bari mu ngorane no gufasha. Agakorera mw’ibango yahawe.Ntihakagira utinya amaso y’abantu canke ngo aharanire amaronko nkuko ab’ikigihe bameze. Uyobegwa umukozi w’Imana n’uwironderera inyungu ziwe kuko bose bafise imico […]