Umutumiro w’amasengesho y’iyi ndwi
UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Y’IYI NDWI 23-30/09/2019 Hanga Ryera, namwe mwese ncuti z’umusaraba aho muherereye hose, nkuko Uhoraho Imana yabidutegetse, dufise amasengesho y’umwihariko mu migwi n’ibicaniro bitandukanye mu gihugu cacu no hirya no hino kw’isi. Umunsi wose ufise ababa bariko barasengera igihugu cacu c’Uburundi n’imitwaro itandukanye y’Abarundi. I. URUFATIRO Dusengere igihugu cacu kugira ngo Uhoraho Imana agishitseko […]