Umutumiro w’Amasengesho y’iy’indwi

UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Y’IY’INDWI Hanga Ryera ry’Imana namwe mwese bakunzi b’umusaraba wa Yesu Kristo, nkuko Uhoraho Imana yabidutegetse twama dufise iminsi yo gusenga twisonzesheje, turi imbere y’Imana tuyitazira, tuyisenga tukanayitakambira kubwo imitwaro y’abantu n’imitwaro y’igihugu cacu c’Uburundi. Ubu twatanguye gusenga iminsi yose yo mu ndwi aho hari abaja ku munara w’amasengesho mu gitondo, ku mutaga no […]